Source: Getty ImagesAbanya austrariya bose barangana imbere y’amategeko ariko s’abantu bose bashoboye kuronka uburyo bwo kuriha uwubafasha gutegera ibijanye n’ubutungane. Mu kiganiro c'uno musi turaba ico umuntu ashobora gukora mu gihe akeneye uwumufasha mu gutegera ibijanye n’ ubutungane muri Austrariya.
Published
By Wolfgang Mueller
Presented by Mireille Kayeye
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Abanya austrariya bose barangana imbere y’amategeko ariko s’abantu bose bashoboye kuronka uburyo bwo kuriha uwubafasha gutegera ibijanye n’ubutungane. Mu kiganiro c'uno musi turaba ico umuntu ashobora gukora mu gihe akeneye uwumufasha mu gutegera ibijanye n’ ubutungane muri Austrariya.