Isimbi Melisa asanzwe arongoye ISIMBI STUDIO. Source: ISIMBI STUDIOAbantu benshi basigaye baratahuye gukora ibintu ubibangikanije yaba mu kazi canke mu rugo. gufata amasanamu n'igikorwa gisaba kwitonda, kuko vyoroshe guhusha ntusubirize ayo masanamu. Umwe mu bakenyezi bakora umwuga wo gufata amasanamu yavuganye na SBS kirundi.
Published
Updated
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Abantu benshi basigaye baratahuye gukora ibintu ubibangikanije yaba mu kazi canke mu rugo. gufata amasanamu n'igikorwa gisaba kwitonda, kuko vyoroshe guhusha ntusubirize ayo masanamu. Umwe mu bakenyezi bakora umwuga wo gufata amasanamu yavuganye na SBS kirundi.