Australian flags at an ANZAC Day parade on the streets of a regional country town Source: E+Mbega Abarundi, Abanyarwanda eka n'abandi banyamahanga boba bahimbaza gute umusi wiswe Australia day? Hoho mbega uwo musi bose bawubona kimwe? Umviriza ico aba na bariya bawiyumvirako. Mugihe bamwe bashima, abandi bavuga yuko abaje ubwambere muri Australia batwaye baranazimanganya uburenganzira bw'abasangwabutaka.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Mbega Abarundi, Abanyarwanda eka n'abandi banyamahanga boba bahimbaza gute umusi wiswe Australia day? Hoho mbega uwo musi bose bawubona kimwe? Umviriza ico aba na bariya bawiyumvirako. Mugihe bamwe bashima, abandi bavuga yuko abaje ubwambere muri Australia batwaye baranazimanganya uburenganzira bw'abasangwabutaka.