Icigwa gishasha gifasha imibano myiza hagati y'abagabo n'abagore

Modelling Respect and Equality (MORE) workshop Source: Supplied
Michael Fendel aratubwira ibijanye n'icirwa gishasha cashizweho na porogaramu yitwa Men’s Project kizofasha guteza imbere imibano myiza hagati y'abagabo n'abagore mu ma kominote. Innocent Karabagega,umurundi yakurikiye ico cigwa aratubwira ingene gishobora gukoreshwa mu guhindura ivyiyumviro no mu gufasha mu ma kominote afise imico itandukanye.
Share