Mu Burundi: Francis Rohero umukandida yigenga ngo "mfise imigambi myinshi k'Uburundi"

Umukandida yigenga Francis Rohero

Umukandida yigenga Francis Rohero Source: Supplied

Mu matora Uburundi bwimirije umukandida yigenga Francis Rohero arasigura imigabo n'imigambi afise k'Uburundi ngo ari nkakumwe yoramuka atowe mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu Burundi. Menya bimwe mu migambi uwo mu kandida yigenga afise nuko ayisigura.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now