Source: Getty ImagesIkiza ca Coronavirus cateye catumye ibihugu vyugara imbibe zavyo, ivyo bikaba vyaviriyemo abatari bake kudasubira mu bihugu basanzwe babamo. Benshi murabo bakaba bari baragiye mu karuhuko mu bihugu bitandukanye. Fablice Manirakiza n'umwe mubipfuza gutaha mu gihu asanzwe abamo ariko vyanse bitewe na COVID-19. None ngw'azotaha gute? Ryari? Ni iki kizomukuru i Burundi gushika muri Australia?
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Ikiza ca Coronavirus cateye catumye ibihugu vyugara imbibe zavyo, ivyo bikaba vyaviriyemo abatari bake kudasubira mu bihugu basanzwe babamo. Benshi murabo bakaba bari baragiye mu karuhuko mu bihugu bitandukanye. Fablice Manirakiza n'umwe mubipfuza gutaha mu gihu asanzwe abamo ariko vyanse bitewe na COVID-19. None ngw'azotaha gute? Ryari? Ni iki kizomukuru i Burundi gushika muri Australia?