Umwigeme yicaye wenyene ku gatebe azinze amaguru ku ntebe. Source: Anthony Tran/ UnsplashAmaze kumenya ko yanduye yafashe intambwe zo kwirinda nkuko yabigiriwe inama n'inzego zijejwe gukurikirana amagara y'abantu, none ngo mu misi itatu gusa azoba yakize kandi yasubiye mu bikorwa vyiwe. Mu kiyago twagiranye yashoboye no kugira inama abatemera ivy'urukingo rwa COVID-19.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Amaze kumenya ko yanduye yafashe intambwe zo kwirinda nkuko yabigiriwe inama n'inzego zijejwe gukurikirana amagara y'abantu, none ngo mu misi itatu gusa azoba yakize kandi yasubiye mu bikorwa vyiwe. Mu kiyago twagiranye yashoboye no kugira inama abatemera ivy'urukingo rwa COVID-19.