Woman going through bills, looking worried. Source: Getty Images/urbazonReta ya Australia iriko iriga ukuntu yo kworosha amategeko ajanye no gusaba ingurane kugira ngo ivy’ubutunzi mu gihugu bishobore kwiyongera. Ngo ariko hazobanza kwisunga ibisabwa kuwugurana kugira ngo barabe yuko yujuje ibisabwa, abahinga bakaba bagira inama abantu yuko ubu ariho abantu bakiwye gushishoza muvyo gusaba ingurane kurusha uko bavyigeze.
Published
Updated
By Josipa Kosanovic
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Reta ya Australia iriko iriga ukuntu yo kworosha amategeko ajanye no gusaba ingurane kugira ngo ivy’ubutunzi mu gihugu bishobore kwiyongera. Ngo ariko hazobanza kwisunga ibisabwa kuwugurana kugira ngo barabe yuko yujuje ibisabwa, abahinga bakaba bagira inama abantu yuko ubu ariho abantu bakiwye gushishoza muvyo gusaba ingurane kurusha uko bavyigeze.