Businesswoman in the office wearing protective face mask and using hand sanitizer Source: Getty Images/valentinrussanovUbushakashatsi bwerekana yuko abanye Australia babiri kuri batanu bafise amakenga kubijanye n’isuku aho basanzwe bakorera aho ni mugihe ica kane bahagaritswe umutima n’imyanda itaboneka ku jisho kuvaho ikiza ca coronavirus gitanguriye. Mu gihe abakozi benshi bariko barasubira mu bibanza basanzwe bakoreramo, woba uhagaritswe umutima no gukoresha uburyo rusangi bwo kwiyunguruza kandi ukaguma mu bandi benshi musangiye ikibanza co gukoreramo?
Published
By Josipa Kosanovic
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Ubushakashatsi bwerekana yuko abanye Australia babiri kuri batanu bafise amakenga kubijanye n’isuku aho basanzwe bakorera aho ni mugihe ica kane bahagaritswe umutima n’imyanda itaboneka ku jisho kuvaho ikiza ca coronavirus gitanguriye. Mu gihe abakozi benshi bariko barasubira mu bibanza basanzwe bakoreramo, woba uhagaritswe umutima no gukoresha uburyo rusangi bwo kwiyunguruza kandi ukaguma mu bandi benshi musangiye ikibanza co gukoreramo?