Ni ibiki bikenewe kugira uronke ubwenegihugu bwa Australia

An Australian citizenship recipient holds his certificate during a citizenship ceremony on Australia Day. Source: AAP
Abantu benshi bahitamwo ubwenegihugu bwa Australia. Abantu barenga imiriyoni zitanu nibo bamaze guhabwa ubwenegihugu kuva 1949.
Share