Source: Getty ImagesMu gihe uburemere bwa COVID-19 bumaze kwigaragaza mu bijanye nivy’ubutunzi muri Australia, mu mabanki, muri reta, mu ntara eka n’ibisagara bitandukanye reta iriko irafata ingingo zo kuraba ingene abikorera utwabo bato bato bo bandanya ibikorwa vyabo. Kurikirana hama umenye ico wokora kugira ngo urudandaza rwawe rugume rwemye muri ibi bihe vya Coronavirus
Published
Updated
By Amy Chien-Yu Wang
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Mu gihe uburemere bwa COVID-19 bumaze kwigaragaza mu bijanye nivy’ubutunzi muri Australia, mu mabanki, muri reta, mu ntara eka n’ibisagara bitandukanye reta iriko irafata ingingo zo kuraba ingene abikorera utwabo bato bato bo bandanya ibikorwa vyabo. Kurikirana hama umenye ico wokora kugira ngo urudandaza rwawe rugume rwemye muri ibi bihe vya Coronavirus