N'iki abakukuruke bipfuza? Menya ico bakeneye

Ikoraniro ry'abari mu zabukuru mu kigo Glapd Int kuwa kabiri, itariki 18 Myandagaro 2020. Source: Supplied
Ukaba wibaza yuko uzi ico abari muzabukuru bipfuza, tekana wiyummvire kandi. Bashaka gukora ico bonyene biyumviriye atari kubabwira ico bakora.
Share