N'inde yitayeho abaganga bitayeho abarwayi ba COVID-19

Muganga Antoine Musoni ari mu kazi kiwe. Source: Supplied
Mu gihe isi icugarijwe n'ikiza COVID-19, abaganga batari bake barabuze ubuzima bivanye n'ukwandura abo bariko baravura. None n'inde yitwararika abaganga basanzwe bari murico gikorwa co kwitwararika amagara y'abarwaye COVID-19?
Share