Couple with financial adviser Source: Getty Images/Ariel SkelleyWoba ukwiye kugurana amahera abana bawe bakuze canke oya? Inyishu iratomoye ku bavyeyi bakunda mbere banitwararika abana babo. Ariko abahinga barahanura yuko ukwiye gufata ingamba zo gukingira kazoza kawe muvy’ubutunzi imbere yuko usanga uriko uriyimbira icobo mu misi yawe y’ubukukuruke.
Published
By Amy Chien-Yu Wang
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Woba ukwiye kugurana amahera abana bawe bakuze canke oya? Inyishu iratomoye ku bavyeyi bakunda mbere banitwararika abana babo. Ariko abahinga barahanura yuko ukwiye gufata ingamba zo gukingira kazoza kawe muvy’ubutunzi imbere yuko usanga uriko uriyimbira icobo mu misi yawe y’ubukukuruke.