Aaron Niyonkuru controlling the ball while playing at Speers point facility in Newcastle, Australia. Source: SuppliedAaron Niyonkuru yavukiye anakurira mwi inkambi z'impunzi zitandukanye zo mu karere kibiyaga binini ariko ivyo sintambamyi kuri we kugira ngo ashikire indoto ziwe zo kuzokinira imirwi ikomakomeye ku rwego mpuzamakungu. Ariko urwo rugendo rwiwe ubu ntirworoshe.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Aaron Niyonkuru yavukiye anakurira mwi inkambi z'impunzi zitandukanye zo mu karere kibiyaga binini ariko ivyo sintambamyi kuri we kugira ngo ashikire indoto ziwe zo kuzokinira imirwi ikomakomeye ku rwego mpuzamakungu. Ariko urwo rugendo rwiwe ubu ntirworoshe.