Igisata c'ubuvuzi bw'amagara y'abantu cigenga kirageramiwe, aho n'inyuma yaho abakiri bato mubanye Australia babandanya bisokora murico gisata ku rugero ruteye amakenga. Ivyo bikaba vyatumye ababijejwe eka n'amashirahamwe yandi guhamagarira reta ngo ikore ibishoboka ico gisata gihurumbirwe.
Share






