Pacifique Ndayisaba, aserukiye kominote y'abarundi baba muri Mildura mu ntara ya Victoria aratubwira ivyavuye mu nama yabereye muri Adelaide iraba akamaro ko kuronka ikibanza abimukira bayagiramwo ibijanye n'agateka kabo.