In demand jobs as we move to COVID normal Source: AAPNubwo imyaka ya mbere igoye kugira ngo ushobore kuba wamenyereye igihugu gishasha wimukiyemwo na cane cane iyo hageze ibijanye no kuronka akazi. Hariho umugambi mushasha ujanye no guhamagarira impunzi ngo zije kuba hagati mu gihugu kuko hariyo abakoresha benshi bakeneye abakozi muri Australia.
Published
By Natarsha Kallios
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Nubwo imyaka ya mbere igoye kugira ngo ushobore kuba wamenyereye igihugu gishasha wimukiyemwo na cane cane iyo hageze ibijanye no kuronka akazi. Hariho umugambi mushasha ujanye no guhamagarira impunzi ngo zije kuba hagati mu gihugu kuko hariyo abakoresha benshi bakeneye abakozi muri Australia.