Kwirinda abambuzi baca ku ngurukanbumenyi

Scam Source: Getty Images
Twese turakoresha internet mu buzima bwacu bwa misi yose haba ku kazi, kw'ishure canke kuvugana n'incuti n'abagenzi. Ariko hari benshi bahahurira n'abambuzi. Umviriza uburyo wobirinda muri kino kiganiro.
Share