Kugaba ibihimba vy'umubiri wawe kugira bifashe abandi mugihe uphuye bigenda gute?

Source: Tetra images RF
Woba waruzi kushobora gutanga ibihimba vy’umubiri nkenerwa mu gihe witavye Imana? Ko kandi mu gihe ubitanze bishobora gufasha mu buhinga mu bijanye n’amagara canke bigafasha kubaho abantu bagerakuri cumi?
Share