Ibikenewe kugira utandukane nuwo mwubakanye.

Los problemas de salud mental no son impedimento para la custodia de hijos en Australia. Source: Flickr/Gerard Van der Leun http://bit.ly/2mMFJi5
Ubushakashatsi bwakozwe na Institute of Family Studies bwerekana yuko abantu bari mu myaka ya za 20 nibo bari kwisonga mu gutandukana nabo bubakanye hagakurikirwa nabari mu myaka 40. Ubwo bushakashatsi bwerekana yuko abo batandukana baba barubakanye imyaka icenda canke mike.
Share