Gukingira abana mw'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro

Shot of a young boy using a digital tablet at night in bed Source: E+
Urwaruka rutari ruke ruriko rurahurumbira iterambere riciye ku buhinga ngurukanabumenyi, ariko abakuze barahamagarirwa kuba hafi abakiri bato no kubafasha mu kubakingira. Menya vyinshi ukwiye gukora kugira ngo umwana wawe ashobore kugira ibihe vyiza kuri interineti
Share