Ivyo ukwiye kumenya imbere yo kwimukira muyindi ntara?

Familia yahama Source: E+
Buri mwaka abantu bangana 400.000 barimuka bava mu ntara imwe baja muyindi kubwo kurondera akazi, amashure, ubuzima bwiza, gutangura umuryango mushasha.... nibiki wokwitwararika imbere yuko wimukira muyindi ntara yo muri Australia?
Share