Akamaro k'ukwitanga

Portrait confident senior woman volunteering, cleaning up garbage in park Source: Getty Images/ Hero Images
Ivyirwa vyerekana ko abantu bagera ku bice 96 kw'ijana bitanga kugira bakore iciza, bibazanira umunezero ntangere. Ikindi nuko abashomereye umwanya munini bashobora no kuharonkera akazi.
Share