Watch FIFA World Cup 2026™

LIVE, FREE and EXCLUSIVE starting June 12 2026

Abarundi baba mu ntara ya Victoria baragaragaza umunezero ku biganiro bishasha vya SBS mu Kirundi

Australian Burundian Community in Victoria

Members of the Australian Burundian Community in Victoria Source: Issued

Abarundi bari mw'ishirahamwe Australian Burundian Community in Victoria (ABCV) rihurikiyemwo abarundi baba mu ntara ya Victoria baragaragaza umunezero ku biganiro bishasha vya SBS mu Kirundi. Bizeye ko ivyo biganiro bizogira akamaro mu kumenyekananisha ururimi rw'ikirundi n'amakuru hagati y'abarundi.

Published

Updated

By Mireille Kayeye

Presented by Mireille Kayeye

Source: SBS

Share this with family and friends

Abarundi bari mw'ishirahamwe Australian Burundian Community in Victoria (ABCV) rihurikiyemwo abarundi baba mu ntara ya Victoria baragaragaza umunezero ku biganiro bishasha vya SBS mu Kirundi. Bizeye ko ivyo biganiro bizogira akamaro mu kumenyekananisha ururimi rw'ikirundi n'amakuru hagati y'abarundi.

Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now