Ni muci aho abantu benshi usanga bari mu kiruhuko. Mu kiganiro uhumvira ibintu wokwibuka mu gihe ufise umugambi wo kuja gutembera mu mashamba acungerewe mu gihugu.
Share

Published
By Ildiko Dauda
Presented by Mireille Kayeye
Source: SBS
Share this with family and friends


