Loic Iteka Source: SuppliedNaho twumva abantu bavuga ko kwemerera abantu kuza kuba muri Australia bituma ubuzi bugabanuka, canke abantu bakababwira gusubira iyo bavuye; icigwa gishasha giherutswe gukorwa cerekana ko abantu baje kuba muri Australia bava hanze bateza imbere igihugu. Loic Iteka ari mu Barundi batubwiye ibikunda gushika iyo uba mu gihugu c'abazungu batamenyereye abantu bava mu yindi mico.
Published
By Matthew Connellan
Presented by Mireille Kayeye
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Naho twumva abantu bavuga ko kwemerera abantu kuza kuba muri Australia bituma ubuzi bugabanuka, canke abantu bakababwira gusubira iyo bavuye; icigwa gishasha giherutswe gukorwa cerekana ko abantu baje kuba muri Australia bava hanze bateza imbere igihugu. Loic Iteka ari mu Barundi batubwiye ibikunda gushika iyo uba mu gihugu c'abazungu batamenyereye abantu bava mu yindi mico.