Muri kino gihe hari ikiza, ibiro vy'ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia ntivyigeze vyugara mbere ubu abipfuza gushinga urugo rwabo biciye mur'ubwo buserukizi barashora kubikora.
Share
LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Ibendera ry'Uburundi (Ibubamfu) na Australia(Iburyo) mu kigo c'ubuserukizi bw'Uburundi mu ntara ya Western Australia (Perth). Source: Consulate of Burundi in Australia
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Share this with family and friends


