Therese Miburo aho yariko aratwenza abantu mu ntara ya Queensland, Australia Source: Therese MiburoUmukenyezi w'abana bane, akaba ari n'umwigisha w'ibiharuro, yize IT (Information Technology) none ubu naho asigaye asetsa abantu mu bizwi nka "comedy"
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Umukenyezi w'abana bane, akaba ari n'umwigisha w'ibiharuro, yize IT (Information Technology) none ubu naho asigaye asetsa abantu mu bizwi nka "comedy"