Uwahoze arongoye igihugu ca Tanzania Dr.John Pombe Magufuli ariko arashikiriza ijambo mu ruzinduko rw'akazi Paul Kagame yari yakoze muri Tanzania, 14 Nzero 2018 Source: Creative commonsUrupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.
Published
Updated
By Jean Paul Amede Nizigama
Presented by Jean Paul Amede Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Urupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.