Ukingiye abana ibicurane, uba ukingiye umuryango wose

Doctor giving an injection to patient in ward at hospital Source: iStockphoto
Kwongera urugezo rwo urucanco ku bana nivyo bishobora kugabanya imigera y'ibicurane gukwiragira hose. Abaganga basaba yuko abantu bose bo kwikingira, kandi urwo rucanco ni k'ubuntu kuri bamwe bamwe babangamiwe kurusha abandi.
Share