Different plantations Source: SuppliedTwahisemwo gufata isuka ngo turime kugira dushobore kurondera akanovera twamenyereye, kuko ibifungurwa vyo muri za supermarchés usanga zitaturyohera nkuko tubimenyereye. Muri kino kiganiro abatumire bacu baranatubwira ingamba bariko barafata kugira barwanye ivyo vyose vyoza bi bangamira ibidukikije.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Twahisemwo gufata isuka ngo turime kugira dushobore kurondera akanovera twamenyereye, kuko ibifungurwa vyo muri za supermarchés usanga zitaturyohera nkuko tubimenyereye. Muri kino kiganiro abatumire bacu baranatubwira ingamba bariko barafata kugira barwanye ivyo vyose vyoza bi bangamira ibidukikije.