Watch FIFA World Cup 2026™

LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Amabi akorerwa mu ngo no mu miryango

Woman covering face with hands

Woman covering face with hands Source: Blend Images

N'igiki wokora mu gihe uzi umuntu ashikiwe n'amabi mu rugo canke mu muryango ? Mu kiganiro c'uno musi Musoni Emmanuel arongoye ishirahamwe GLAPD (Great Lakes Agency for Peace and Development) riraba ibijanye n’itermabere no kugarukana amahoro mu bihugu vyo mu karere k'ibiyaga bigari vyo muri Africa aramenyesha amaserivisi ashobora gufasha abantu gutera imbere. Aributsa ko hariho imico abantu baje kuba muri Austrariya bagumana itemewe n’amategeko aho hakabamwo amabi akorerwa mu ngo no mu miryango. Ayo mabi akagira ingaruka mbi ku muryango; bikonona n’ubuzima bw’abana.

Published

By Audrey Bourget

Presented by Mireille Kayeye

Source: SBS

Share this with family and friends

N'igiki wokora mu gihe uzi umuntu ashikiwe n'amabi mu rugo canke mu muryango ? Mu kiganiro c'uno musi Musoni Emmanuel arongoye ishirahamwe GLAPD (Great Lakes Agency for Peace and Development) riraba ibijanye n’itermabere no kugarukana amahoro mu bihugu vyo mu karere k'ibiyaga bigari vyo muri Africa aramenyesha amaserivisi ashobora gufasha abantu gutera imbere. Aributsa ko hariho imico abantu baje kuba muri Austrariya bagumana itemewe n’amategeko aho hakabamwo amabi akorerwa mu ngo no mu miryango. Ayo mabi akagira ingaruka mbi ku muryango; bikonona n’ubuzima bw’abana.

Child covering her ears
Source: CC0 Creative Commons

Aho bashobora kugufasha

1800 Respect

inTouch

Safe Steps

AMES Australia

White Ribbon Australia

White Ribbon Australia Translated Facts Sheets

White Ribbon Australia Diversity Workshops

Our Watch

Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now