Wokora iki mu gihe baguciye amande?

Black woman paying a fine on laptop Source: Getty/JGI/Jamie Grill
Uba muri Australia, amande arashobora kugora gutegera, ingene uyariha canke ingene wisigura mu gihe bakurenganije. 'Legal Aid' iri mu bishobora kugufasha mu kwumva ibijanye n'ubutungane.
Share