Toys for children Source: Hannah Rodrigo (Unsplash)Ibibanza vy'ihuriro vyo gukiniramwo no kwiga ni vyiza cane ku bana. Barahigira kubana n'abandi, kwiga ururimi rushasha eka n'abavyeyi barahagirira abagenzi, bakayaga bakahamenyera n'amakuru yaho baba.
Published
Updated
By Audrey Bourget
Presented by Mireille Kayeye
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Ibibanza vy'ihuriro vyo gukiniramwo no kwiga ni vyiza cane ku bana. Barahigira kubana n'abandi, kwiga ururimi rushasha eka n'abavyeyi barahagirira abagenzi, bakayaga bakahamenyera n'amakuru yaho baba.