Umugabo ariko arereka abantu inzu bazobamo. Source: Getty Images/FG TradeIyo abantu bagiye gutangura ubuzima mu gihugu gishasha, har'igihe bagenda bisunga canke bagendera kuvyo babwiwe. Umwe mubafasha abantu gutangura ubuzima bushasha yavuze yuko iyo ngendo ivuna kandi ar'imbi cane kuko benshi usanga bazinutswe igihugu cabakiriye.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Iyo abantu bagiye gutangura ubuzima mu gihugu gishasha, har'igihe bagenda bisunga canke bagendera kuvyo babwiwe. Umwe mubafasha abantu gutangura ubuzima bushasha yavuze yuko iyo ngendo ivuna kandi ar'imbi cane kuko benshi usanga bazinutswe igihugu cabakiriye.