Woba uzi ivy'umusi mpuzamakungu w'abatwa?

Abasangwabutaka b'Abarundi bari kumwe n'abagenzi babo mu myimenyerezo yo kuvuza ingoma. Source: Antoine Yasini
Abatwa basanzwe baba muri Australia boba bariko barategura gute guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abasangwabutaka kw'isi?
Share