Woba wipfuza kumenya gutwara ubwato, no kuroba?

A team of fishermen on the boat Source: Getty Image
Kuba mu gihugu ciza, gifise inzuzi, ibiyaga n’inkombe ntaworeka kwipfuza kumenya ingene wogendesha ubwato ukaniga kuroba. Ivyo navyo bikaba ari bimwe mu bikorwa abanye Australia bakunda kurusha. Ariko hamwe n’uko kuryoherwa, birafise ikiguzi kijanye n’ukwitwararika hamwe n’ivyankenerwa, n’amategeko bijanye mu ntumbero yo gukingira abo muri kumwe n’abandi bose.
Share