Umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya SIDA

blood test tube Source: Getty Images
Umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya sida uhimbazwa uhimbazwa itariki 1 Kigarama akaba ari umusi wo kwigisha abantu ibijanye n’umugera wa sida mu gihe hari abantu bashika imiriyoni 37 bagendana umugera wa sida kw'isi yose.
Share